Abalewi 23:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ariko ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi, igihe muzoba mwegeranije umwimbu w’igihugu, mukwiye guhimbaza umusi mukuru+ wa Yehova imisi indwi+. Ku musi wa mbere ni akaruhuko kuzuye, no ku musi ugira umunani ni akaruhuko kuzuye+.
39 Ariko ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi, igihe muzoba mwegeranije umwimbu w’igihugu, mukwiye guhimbaza umusi mukuru+ wa Yehova imisi indwi+. Ku musi wa mbere ni akaruhuko kuzuye, no ku musi ugira umunani ni akaruhuko kuzuye+.