Kuvayo 40:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Musa akora yisunze ivyo Yehova yari yamutegetse vyose+. Akora kuno nyene. Gusubira mu vyagezwe 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba, narabigishije ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+, nk’uko Yehova Imana yanje yantegetse, kugira ngo mukore gutyo hagati mu gihugu muriko murajamwo kugira mucigarurire.
5 Raba, narabigishije ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+, nk’uko Yehova Imana yanje yantegetse, kugira ngo mukore gutyo hagati mu gihugu muriko murajamwo kugira mucigarurire.