Guharura 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova abandanya kubwira Aroni ati: “Ntuzogira intoranwa mu gihugu cabo; kandi nta muturi uzoronka hagati muri bo+. Ni jewe muturi wawe n’intoranwa yawe hagati muri bene Isirayeli+. Guharura 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ku ngabirano zose muzohabwa, muzoterera ubwoko bwose bw’intererano ihabwa Yehova, ku vyiza cane kuruta ibindi vyose+, bwa kintu ceranda kivuye kuri zo.’
20 Yehova abandanya kubwira Aroni ati: “Ntuzogira intoranwa mu gihugu cabo; kandi nta muturi uzoronka hagati muri bo+. Ni jewe muturi wawe n’intoranwa yawe hagati muri bene Isirayeli+.
29 Ku ngabirano zose muzohabwa, muzoterera ubwoko bwose bw’intererano ihabwa Yehova, ku vyiza cane kuruta ibindi vyose+, bwa kintu ceranda kivuye kuri zo.’