Kuvayo 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu nyuma bava i Elimu+, maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rirateba rishika mu gahinga ka Sini+ kari hagati ya Elimu na Sinayi, ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwezi kugira kabiri, inyuma y’aho baviriye mu gihugu ca Misiri.
16 Mu nyuma bava i Elimu+, maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rirateba rishika mu gahinga ka Sini+ kari hagati ya Elimu na Sinayi, ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwezi kugira kabiri, inyuma y’aho baviriye mu gihugu ca Misiri.