Guharura 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Igihe cose nya gicu caba kiduze kivuye hejuru y’ihema, bene Isirayeli ubwo nyene baca bagenda+, kandi ahantu nya gicu caba kigerereye, ni ho bene Isirayeli bakambika+.
17 Igihe cose nya gicu caba kiduze kivuye hejuru y’ihema, bene Isirayeli ubwo nyene baca bagenda+, kandi ahantu nya gicu caba kigerereye, ni ho bene Isirayeli bakambika+.