ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ntuze wunamire imana zabo canke ngo woshwe kuzikorera, kandi ntuze ukore ikintu na kimwe kimeze nk’ivyo bakoze+, ariko uze ubisenyure ata kabuza wongere umenagure inkingi nyeranda zabo+.

  • Kuvayo 34:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko ibicaniro vyabo muze mubisiturire hasi; inkingi nyeranda zabo muze muzisavye; ibikingi vyeranda vyabo na vyo muze muvyicire+.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Mugabo ibi ni vyo mukwiye kubagirira: Ibicaniro* vyabo mukwiye gusiturira hasi+, inkingi nyeranda zabo mugasenyura+, ibikingi vyeranda vyabo+ mukicira+, ibishusho vyabo bibajwe mugaturira n’umuriro+.

  • Gusubira mu vyagezwe 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mutegerezwa gusiturira hasi ibicaniro vyayo+ no gusavya inkingi nyeranda zayo+, kandi mukwiye guturirira mu muriro ibikingi vyayo vyeranda+ no kwicira ibishusho bibajwe+ vy’imana zayo, murandure n’amazina yazo ave aho hantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika