Guharura 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu. Guharura 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ukwo ni ko ba so bakoze+ igihe nabatuma kuraba nya gihugu bavuye i Kadeshi-baruneya+.
26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu.