Guharura 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko baraduga, batata ico gihugu kuva mu gahinga ka Zini+ gushika i Rehobu+ ku bwinjiriro bwa Hamati+. 2 Abami 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni we yasubijeho urubibe rwa Isirayeli, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku kiyaga co muri Araba+, nk’uko ijambo rya Yehova Imana ya Isirayeli ryari, uwari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Yona+ mwene Amitayi, umuhanuzi yava i Gati-heferi+.
21 Nuko baraduga, batata ico gihugu kuva mu gahinga ka Zini+ gushika i Rehobu+ ku bwinjiriro bwa Hamati+.
25 Ni we yasubijeho urubibe rwa Isirayeli, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku kiyaga co muri Araba+, nk’uko ijambo rya Yehova Imana ya Isirayeli ryari, uwari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Yona+ mwene Amitayi, umuhanuzi yava i Gati-heferi+.