51 Izo ni zo ntoranwa Eleyazari umuherezi na Yosuwa mwene Nuni n’abakuru ba ba se b’imiryango ya bene Isirayeli bagabanganije+ ngo zigabirwe, biciye ku bupfindo, i Shilo+ imbere ya Yehova, ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+. Nuko bahagarika kugabanganya igihugu.