ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 18:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rikoranira i Shilo+, hanyuma bashinga ihema ry’ihuriro ng’aho+, kuko igihugu cari kimaze kumarwa igabo imbere yabo+.

  • Abacamanza 21:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Amaherezo bavuga bati: “Ehe ku mwaka ku mwaka haraba umusi mukuru wa Yehova i Shilo+, ahari mu buraruko bwa Beteli, mu buseruko bw’inzira y’ikirari iduga i Shekemu+ ivuye i Beteli, no mu bumanuko bwa Lebona.”

  • 1 Samweli 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uwo mugabo yama ava mu gisagara ciwe ku mwaka ku mwaka akaduga i Shilo+ gukubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova nyen’ingabo* no kumushikanira ikimazi. Aho ni ho abahungu babiri ba Eli, Hofuni na Finehasi+, bari abaherezi ba Yehova+.

  • Yeremiya 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Ariko rero, nimugende ku kibanza canje cari i Shilo+, aho nabanje gutuma izina ryanje riba+, murabe ivyo nahagiriye kubera ububi bw’igisata canje Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika