ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 19:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Izo ni zo ntoranwa Eleyazari umuherezi na Yosuwa mwene Nuni n’abakuru ba ba se b’imiryango ya bene Isirayeli bagabanganije+ ngo zigabirwe, biciye ku bupfindo, i Shilo+ imbere ya Yehova, ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+. Nuko bahagarika kugabanganya igihugu.

  • Yosuwa 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 bababwirira i Shilo+ mu gihugu ca Kanani bati: “Yehova yategetse biciye kuri Musa ko duhabwa ibisagara vyo kubamwo, kumwe n’amatongo y’uburagiriro yavyo ku bw’ibikoko vyacu vy’ibitungano+.”

  • Yosuwa 22:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Inyuma y’ivyo, bene Rubeni na bene Gadi n’igice c’umuryango wa Manase basubira inyuma, bava muri bene Isirayeli bandi, i Shilo mu gihugu ca Kanani, kugira baje mu gihugu ca Gileyadi+, mu gihugu bigabira bari baragerereyemwo kw’itegeko rya Yehova, iryo yatanze biciye kuri Musa+.

  • Abacamanza 21:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Amaherezo bavuga bati: “Ehe ku mwaka ku mwaka haraba umusi mukuru wa Yehova i Shilo+, ahari mu buraruko bwa Beteli, mu buseruko bw’inzira y’ikirari iduga i Shekemu+ ivuye i Beteli, no mu bumanuko bwa Lebona.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika