ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Vyongeye, umurima w’itongo ry’uburagiriro+ w’ibisagara vyabo ntuze ugurishwe, kuko ari ikintu bigabira gushika igihe kitagira urugero.

  • Guharura 35:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Tegeka bene Isirayeli baze bahe Abalewi ibisagara+ vyo kubamwo ku ntoranwa bigabira, kandi baze bahe Abalewi itongo ry’uburagiriro ry’ivyo bisagara riri irya n’ino yavyo+.

  • Guharura 35:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Amatongo y’uburagiriro ya nya bisagara muzoha Abalewi azohera ku ruhome rw’igisagara agende aja hirya yarwo ahangana n’amatambwe* igihumbi irya n’ino yaco.

  • Yosuwa 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko bene Yozefu bari bacitse imiryango ibiri+, Manase+ na Efurayimu+; kandi Abalewi ntibari barahawe umuturi mu gihugu, kiretse ibisagara+ vyo kubamwo n’amatongo y’uburagiriro yavyo ku bw’ibitungwa vyabo n’ivyo batunze+.

  • 1 Ngoma 6:64
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 64 Ukwo ni ko bene Isirayeli bahaye Abalewi+ ibisagara n’amatongo y’uburagiriro yavyo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika