Guharura 14:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo muri abo bagabo bagiye gutata ico gihugu, Yosuwa mwene Nuni na Kalebu mwene Yefune ntibazobura kubandanya kubaho+.”’” Guharura 27:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Niwitorere Yosuwa mwene Nuni, umugabo arimwo impwemu+, maze umurambikeko ikiganza cawe+;
38 Mugabo muri abo bagabo bagiye gutata ico gihugu, Yosuwa mwene Nuni na Kalebu mwene Yefune ntibazobura kubandanya kubaho+.”’”
18 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Niwitorere Yosuwa mwene Nuni, umugabo arimwo impwemu+, maze umurambikeko ikiganza cawe+;