ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+ gushika ku myaka mirongo itanu+, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa+ mw’ihema ry’ihuriro bose.

  • Guharura 4:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Uzobandika kuva ku myaka mirongo itatu kuduga gushika ku myaka mirongo itanu+, abaza kwinjira mu mugwi w’abakora igikorwa mw’ihema ry’ihuriro bose.

  • Guharura 4:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Uzobandika kuva ku myaka mirongo itatu kuduga gushika ku myaka mirongo itanu, abaza kwinjira mu mugwi w’abakora igikorwa mw’ihema ry’ihuriro bose+.

  • Guharura 4:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 kuva ku myaka mirongo itatu+ kuduga gushika ku myaka mirongo itanu+, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa mw’ihema ry’ihuriro bose+.

  • Guharura 4:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga gushika ku myaka mirongo itanu, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa mw’ihema ry’ihuriro+ bose,

  • Guharura 8:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Aze afashe bene wabo mw’ihema ry’ihuriro mu kwitwararika ivyo bajejwe, mugabo ntihaze hagire igikorwa akora. Ukwo ni ko uzogirira Abalewi mu vyo bajejwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika