Guharura 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Abo ni bo banditswe+ bo mu miryango y’Abakohati, abakorera mw’ihema ry’ihuriro bose, abo Musa na Aroni banditse kw’itegeko rya Yehova ryatanzwe biciye kuri Musa. Guharura 4:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abo ni bo banditswe bo mu miryango ya bene Gerishoni, abakorera mw’ihema ry’ihuriro bose, abo Musa na Aroni banditse kw’itegeko rya Yehova+. Guharura 4:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Abo ni bo banditswe bo mu miryango ya bene Merari, abo Musa na Aroni banditse kw’itegeko rya Yehova ryatanzwe biciye kuri Musa+.
37 Abo ni bo banditswe+ bo mu miryango y’Abakohati, abakorera mw’ihema ry’ihuriro bose, abo Musa na Aroni banditse kw’itegeko rya Yehova ryatanzwe biciye kuri Musa.
41 Abo ni bo banditswe bo mu miryango ya bene Gerishoni, abakorera mw’ihema ry’ihuriro bose, abo Musa na Aroni banditse kw’itegeko rya Yehova+.
45 Abo ni bo banditswe bo mu miryango ya bene Merari, abo Musa na Aroni banditse kw’itegeko rya Yehova ryatanzwe biciye kuri Musa+.