1 Abami 8:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Salomo atangura gushikana ibimazi vy’ugusangira+ yabwirizwa gushikanira Yehova, inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+, kugira ngo umwami na bene Isirayeli bose binjire+ inzu ya Yehova. 2 Ngoma 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami Salomo abandanya gushikana ikimazi c’inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri, n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+. Gutyo umwami n’abantu bose binjira+ inzu y’Imana y’ukuri.
63 Salomo atangura gushikana ibimazi vy’ugusangira+ yabwirizwa gushikanira Yehova, inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+, kugira ngo umwami na bene Isirayeli bose binjire+ inzu ya Yehova.
5 Umwami Salomo abandanya gushikana ikimazi c’inka ibihumbi mirongo ibiri na bibiri, n’intama ibihumbi ijana na mirongo ibiri+. Gutyo umwami n’abantu bose binjira+ inzu y’Imana y’ukuri.