Kuvayo 30:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yehova abandanya kubwira Musa ati: “Niwitorere ibimota neza+: amama ya natafu* na sheheleti na galubano imota be n’imibavu itavanze ya olibani+. Hazoba urugero rungana kuri vyose. Gusubira mu vyagezwe 33:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nibigishe Yakobo ingingo zawe z’ubutungane+,Isirayeli na yo itegeko ryawe+.Nibahereze imibavu* imbere y’amazuru yawe+N’ishikanwa ritangwa uko ryakabaye ku gicaniro cawe+.
34 Yehova abandanya kubwira Musa ati: “Niwitorere ibimota neza+: amama ya natafu* na sheheleti na galubano imota be n’imibavu itavanze ya olibani+. Hazoba urugero rungana kuri vyose.
10 Nibigishe Yakobo ingingo zawe z’ubutungane+,Isirayeli na yo itegeko ryawe+.Nibahereze imibavu* imbere y’amazuru yawe+N’ishikanwa ritangwa uko ryakabaye ku gicaniro cawe+.