2 Ngoma 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imisi Isirayeli+ yamaze itagira Imana y’ukuri, itagira umuherezi yigisha+, itagira n’Itegeko, yabaye myinshi. 2 Ngoma 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko batangura kwigisha+ muri Yuda, bakaba bari bitwaje igitabu c’itegeko rya Yehova+; baguma bazunguruka mu bisagara vyose vya Yuda, bigisha mu bantu. Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.
3 Imisi Isirayeli+ yamaze itagira Imana y’ukuri, itagira umuherezi yigisha+, itagira n’Itegeko, yabaye myinshi.
9 Nuko batangura kwigisha+ muri Yuda, bakaba bari bitwaje igitabu c’itegeko rya Yehova+; baguma bazunguruka mu bisagara vyose vya Yuda, bigisha mu bantu.
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.