Guharura 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Iruhande yiwe hazoba umuryango wa Manase+, umukuru wa bene Manase akaba ari Gamaliyeli+ mwene Pedahazuri. Guharura 10:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ingabo z’umuryango wa bene Manase+ zagabwa na Gamaliyeli+ mwene Pedahazuri.
20 Iruhande yiwe hazoba umuryango wa Manase+, umukuru wa bene Manase akaba ari Gamaliyeli+ mwene Pedahazuri.