Guharura 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko abakuru bashikiriza ishikanwa ryabo mu gihe c’ugushikiriza+ igicaniro ku musi wo kukirobanuza amavuta, maze abo bakuru batangura gushikiriza ishikanwa ryabo imbere y’igicaniro. Ezira 2:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Bamwe mu bakuru+ b’amazu ya ba sekuru+, aho bashikiye ku nzu ya Yehova+ yari i Yeruzalemu+, batanga amashikanwa atangwa ku bushake+ ku bw’inzu y’Imana y’ukuri, kugira ngo batume ihagarara ku kibanza cayo+.
10 Nuko abakuru bashikiriza ishikanwa ryabo mu gihe c’ugushikiriza+ igicaniro ku musi wo kukirobanuza amavuta, maze abo bakuru batangura gushikiriza ishikanwa ryabo imbere y’igicaniro.
68 Bamwe mu bakuru+ b’amazu ya ba sekuru+, aho bashikiye ku nzu ya Yehova+ yari i Yeruzalemu+, batanga amashikanwa atangwa ku bushake+ ku bw’inzu y’Imana y’ukuri, kugira ngo batume ihagarara ku kibanza cayo+.