Guharura 1:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Mugabo Abalewi baze bakambike irya n’ino y’itaberenakulo y’Igishingantahe, kugira ngo ikoraniro rya bene Isirayeli ntirirakarirwe+; kandi Abalewi baze bakore igikorwa kibwirizwa gukorerwa itaberenakulo y’Igishingantahe+.” Guharura 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Muze mushitse ico mubwirizwa gukorera ahantu heranda+ n’ico mubwirizwa gukorera igicaniro+, kugira ngo bene Isirayeli ntibasubire kurakarirwa+. 1 Samweli 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko atangura kwica abantu b’i Beti-shemeshi+, kubera bari baravye isandugu ya Yehova. Muri bo yicamwo abantu mirongo irindwi—abantu ibihumbi mirongo itanu*—maze abantu batangura kuboroga kuko Yehova yari yatsinze hasi abantu agasasika inganda bimwe bikomeye+. 2 Ngoma 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko akimara gukomera, umutima wiwe ugira ubwibone+ gushika n’aho yikwegera akarambaraye+, ku buryo ahemuka kuri Yehova Imana yiwe akinjira mu rusengero rwa Yehova guturira imibavu ku gicaniro c’imibavu+.
53 Mugabo Abalewi baze bakambike irya n’ino y’itaberenakulo y’Igishingantahe, kugira ngo ikoraniro rya bene Isirayeli ntirirakarirwe+; kandi Abalewi baze bakore igikorwa kibwirizwa gukorerwa itaberenakulo y’Igishingantahe+.”
5 Muze mushitse ico mubwirizwa gukorera ahantu heranda+ n’ico mubwirizwa gukorera igicaniro+, kugira ngo bene Isirayeli ntibasubire kurakarirwa+.
19 Nuko atangura kwica abantu b’i Beti-shemeshi+, kubera bari baravye isandugu ya Yehova. Muri bo yicamwo abantu mirongo irindwi—abantu ibihumbi mirongo itanu*—maze abantu batangura kuboroga kuko Yehova yari yatsinze hasi abantu agasasika inganda bimwe bikomeye+.
16 Ariko akimara gukomera, umutima wiwe ugira ubwibone+ gushika n’aho yikwegera akarambaraye+, ku buryo ahemuka kuri Yehova Imana yiwe akinjira mu rusengero rwa Yehova guturira imibavu ku gicaniro c’imibavu+.