ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mu misi indwi nta gicumbe gikāta gikwiye kuboneka mu mazu yanyu, kuko uwo wese azohonja ku cambiwe, yaba ari kavamahanga canke imvukira yo mu gihugu+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa mw’ikoraniro rya Isirayeli+.

  • Kuvayo 12:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Mu gihe kavamahanga abanye nawe ari kavamahanga, kandi vy’ukuri akaba ashaka guhimbariza pasika Yehova, uw’igitsina-gabo wese mu biwe nagenyerwe+. Maze rero arashobora kwegera akayihimbaza; aze acike nk’imvukira y’ico gihugu. Ariko nta mugabo atagenyerewe ashobora kuyiryako.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika