Guharura 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Abazokambika amaja mu buseruko, amaja i burasirazuba, ni umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Yuda hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Yuda akaba ari Nahashoni+ mwene Aminadabu.
3 “Abazokambika amaja mu buseruko, amaja i burasirazuba, ni umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Yuda hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Yuda akaba ari Nahashoni+ mwene Aminadabu.