ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko uwashikirije ishikanwa ryiwe ku musi wa mbere aba Nahashoni+ mwene Aminadabu wo mu muryango wa Yuda.

  • Guharura 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hatangura rero kugenda umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Yuda hisunzwe ingabo zabo+, Nahashoni+ mwene Aminadabu akaba ari we yagaba ingabo zabo.

  • Rusi 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Aminadabu+ avyara Nahashoni+; Nahashoni avyara Salumoni;

  • 1 Ngoma 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nayo Ramu, avyara Aminadabu+. Aminadabu na we avyara Nahashoni+ umukuru wa bene Yuda.

  • Matayo 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ramu avyara Aminadabu;

      Aminadabu avyara Nahashoni+;

      Nahashoni avyara Salumoni+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika