Guharura 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Abazokambika amaja mu buseruko, amaja i burasirazuba, ni umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Yuda hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Yuda akaba ari Nahashoni+ mwene Aminadabu. Rusi 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Aminadabu+ avyara Nahashoni+; Nahashoni avyara Salumoni; 1 Ngoma 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Ramu, avyara Aminadabu+. Aminadabu na we avyara Nahashoni+ umukuru wa bene Yuda. Luka 3:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Dawidi mwene Yese+,Yese mwene Obedi+,Obedi mwene Bowazi+,Bowazi mwene Salumoni+,Salumoni mwene Nahashoni+,
3 “Abazokambika amaja mu buseruko, amaja i burasirazuba, ni umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Yuda hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Yuda akaba ari Nahashoni+ mwene Aminadabu.
32 Dawidi mwene Yese+,Yese mwene Obedi+,Obedi mwene Bowazi+,Bowazi mwene Salumoni+,Salumoni mwene Nahashoni+,