Guharura 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kuri Yuda+: Nahashoni+ mwene Aminadabu; 1 Ngoma 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nahashoni na we avyara Saluma+. Saluma na we avyara Bowazi+. Matayo 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ramu avyara Aminadabu;Aminadabu avyara Nahashoni+;Nahashoni avyara Salumoni+;