ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 17:58
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 58 Sauli amubwira rero ati: “Harya uri mwene nde ga wa gahungu?” Dawidi na we avuga ati: “Umuhungu w’umusuku wawe Yese+ Umunyabetelehemu+.”

  • Yesaya 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.

  • Matayo 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Yese avyara Dawidi+ umwami+.

       Dawidi avyara Salomo+ ku mugore wa Uriya;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika