12 Kandi Dawidi yari umuhungu wa wa Munyefurata+ w’i Betelehemu ha Yuda yitwa Yese. Uno yari afise abahungu umunani+. Mu misi ya Sauli, uwo mugabo yari amaze gusaza.
6 So niyaramuka abonye ko ntahari, uzoce uvuga uti: ‘Dawidi yaransavye ashimitse uruhusha rwo gukubitira i Betelehemu+ igisagara ciwe, kuko ng’aho hari ikimazi ca buri mwaka ku bw’umuryango wose+.’