-
1 Samweli 20:29Bibiliya y’isi nshasha
-
-
29 Yavuze ati: ‘Ndakwinginze undungike kuko dufise ikimazi c’umuryango mu gisagara; mwene wacu bwite ni we yantegetse. None rero, nimba ngize ubutoni mu maso yawe, ndakwinginze ureke njeyo mu mpisho, kugira ngo mbone bene wacu.’ Ni co catumye ataza ku meza y’umwami.”
-