1 Abami 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko abantu baguma bashikanira ibimazi ku bibanza bikirurutse*+, kuko izina rya Yehova ritari bwubakirwe inzu gushika muri iyo misi+. 1 Ngoma 16:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 asiga na Zadoki+ umuherezi na bene wabo abaherezi imbere y’itaberenakulo ya Yehova ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+, 2 Ngoma 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Salomo ari kumwe n’ishengero ryose baja ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+; kuko ng’aho ari ho hari ihema ry’ihuriro+ ry’Imana y’ukuri, iryo Musa umusavyi+ wa Yehova yari yarakoreye mu gahinga.
2 Ariko abantu baguma bashikanira ibimazi ku bibanza bikirurutse*+, kuko izina rya Yehova ritari bwubakirwe inzu gushika muri iyo misi+.
39 asiga na Zadoki+ umuherezi na bene wabo abaherezi imbere y’itaberenakulo ya Yehova ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+,
3 Maze Salomo ari kumwe n’ishengero ryose baja ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+; kuko ng’aho ari ho hari ihema ry’ihuriro+ ry’Imana y’ukuri, iryo Musa umusavyi+ wa Yehova yari yarakoreye mu gahinga.