1 Abami 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Wewe ubwawe urazi neza yuko Dawidi dawe atashoboye kwubakira inzu izina rya Yehova Imana yiwe kubera intambara+ abansi biwe barwanye na we irya n’ino yiwe, gushika Yehova abashize munsi y’ubworo bw’ibirenge vyiwe. 1 Ngoma 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Genda ubwire Dawidi umusavyi wanje uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Si wewe uzonyubakira inzu yo kubamwo+. 1 Ngoma 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+. 1 Ngoma 28:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Vyongeye, yambwiye ati: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azokwubaka inzu yanje+ n’ibigo vyanje; kubera ko namutoye ngo abe umwana wanje+, nanje nzoba se+. Ivyakozwe 7:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ariko Salomo ni we yayubakiye inzu+.
3 “Wewe ubwawe urazi neza yuko Dawidi dawe atashoboye kwubakira inzu izina rya Yehova Imana yiwe kubera intambara+ abansi biwe barwanye na we irya n’ino yiwe, gushika Yehova abashize munsi y’ubworo bw’ibirenge vyiwe.
4 “Genda ubwire Dawidi umusavyi wanje uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Si wewe uzonyubakira inzu yo kubamwo+.
12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+.
6 “Vyongeye, yambwiye ati: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azokwubaka inzu yanje+ n’ibigo vyanje; kubera ko namutoye ngo abe umwana wanje+, nanje nzoba se+.