ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Genda ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega ni wewe uzonyubakira inzu ngo ndayibemwo+?

  • 1 Ngoma 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo ijambo rya Yehova ryaje kuri jewe riti: ‘Wavishije amaraso menshi+ kandi warwanye intambara zikomakomeye+. Ntuzokwubakira inzu izina ryanje+, kuko wavishije amaraso menshi kw’isi imbere yanje.

  • 2 Ngoma 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo Yehova abwira Dawidi dawe ati: ‘Ko wagize icipfuzo mu mutima wawe co kwubakira inzu izina ryanje, wagize neza, kubera ko ivyo vyari ku mutima wawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika