ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 16:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko Samweli akora ivyo Yehova avuze. Ashitse i Betelehemu+, abagabo b’inararibonye b’igisagara batangura kujugumira+ babonanye na we, maze bavuga bati: “Ukuza kwawe kwoba gusobanura amahoro+?”

  • 1 Samweli 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umwe muri nya basuku arishura, ati: “Urazi, narabonye ko mwene Yese Umunyabetelehemu ari umuhanga mu vyo kuvuza inanga+; ni umugabo w’intwari kandi w’umunyenkomezi+, akaba n’umurwanyi+; ni umuntu avugana ubwenge+, akaba n’umugabo aremye neza+, kandi Yehova ari kumwe na we+.”

  • Yohani 7:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Mbega Icanditswe nticavuze yuko Kristu yovuye mu ruvyaro rwa Dawidi+, n’i Betelehemu+ ca kigwati Dawidi yabamwo+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika