1 Samweli 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mu nyuma, Dawidi ashika i Nobu+ kwa Ahimeleki umuherezi; Ahimeleki+ atangura kujugumira abonanye na Dawidi maze amubwira ati: “Kubera iki uri wenyene, ata muntu n’umwe muri kumwe+?” Luka 8:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko abantu indiri bose bavuye mu gihugu kihakikuje c’Abageraseni bamusaba kubaviraho, kubera ko bari batekewe n’ubwoba bwinshi+. Maze yurira ubwato aragenda.
21 Mu nyuma, Dawidi ashika i Nobu+ kwa Ahimeleki umuherezi; Ahimeleki+ atangura kujugumira abonanye na Dawidi maze amubwira ati: “Kubera iki uri wenyene, ata muntu n’umwe muri kumwe+?”
37 Nuko abantu indiri bose bavuye mu gihugu kihakikuje c’Abageraseni bamusaba kubaviraho, kubera ko bari batekewe n’ubwoba bwinshi+. Maze yurira ubwato aragenda.