1 Samweli 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Sauli amukura iruhande yiwe+ maze amugena kumubera umukuru w’igihumbi; kandi Dawidi yama aja ku rugamba akongera akagaruka ari imbere y’abantu+.
13 Nuko Sauli amukura iruhande yiwe+ maze amugena kumubera umukuru w’igihumbi; kandi Dawidi yama aja ku rugamba akongera akagaruka ari imbere y’abantu+.