1 Samweli 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sauli yamutuma hose yakorana ukwigengesera+, ku buryo Sauli amugira umukuru w’abarwanyi+; ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose no mu maso y’abasuku ba Sauli.
5 Nuko Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sauli yamutuma hose yakorana ukwigengesera+, ku buryo Sauli amugira umukuru w’abarwanyi+; ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose no mu maso y’abasuku ba Sauli.