-
Matayo 1:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Yese avyara Dawidi+ umwami+.
Dawidi avyara Salomo+ ku mugore wa Uriya;
-
Luka 3:32Bibiliya y’isi nshasha
-
-
Yese mwene Obedi+,
Obedi mwene Bowazi+,
Bowazi mwene Salumoni+,
Salumoni mwene Nahashoni+,
-
-
-