1 Samweli 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!” 2 Samweli 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze abagabo ba Yuda+ baraza, barobanuza amavuta+ Dawidi ng’aho ngo abe umwami w’inzu ya Yuda+. Nuko abantu baza kumenyesha Dawidi bati: “Abagabo b’i Yabeshi-gileyadi ni bo bahamvye Sauli.” Zaburi 89:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nabonye Dawidi umusavyi wanje+;Namurobanuje amavuta yanje meranda+,
12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!”
4 Maze abagabo ba Yuda+ baraza, barobanuza amavuta+ Dawidi ng’aho ngo abe umwami w’inzu ya Yuda+. Nuko abantu baza kumenyesha Dawidi bati: “Abagabo b’i Yabeshi-gileyadi ni bo bahamvye Sauli.”