ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 15:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+.

  • 2 Samweli 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 I Heburoni, aganza Yuda imyaka indwi n’amezi atandatu+; i Yeruzalemu+ na ho aganza Isirayeli yose na Yuda imyaka mirongo itatu n’itatu.

  • 1 Ngoma 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abagabo b’inararibonye ba Isirayeli bose baza rero ku mwami i Heburoni, maze Dawidi agirana isezerano na bo i Heburoni imbere ya Yehova; hanyuma barobanuza amavuta*+ Dawidi ngo abe umwami wo kuganza Isirayeli, nk’uko ijambo rya Yehova+ ryari, iryo yavuze biciye kuri Samweli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika