Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. 2 Samweli 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Umwami Dawidi, atuma kuri Zadoki+ na Abiyatari+ abaherezi, ati: “Mubwire abagabo b’inararibonye ba Yuda+ muti: ‘Kubera iki mwoba aba nyuma mu kugarukana umwami ku nzu yiwe, kandi ijambo rya Isirayeli yose ryashikiriye umwami aho aba? 2 Samweli 19:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Abagabo ba Yuda bose baca bishura abagabo ba Isirayeli bati: “Ni kubera yuko umwami ari incuti yacu ya hafi+; kubera iki none ico kintu cabashavuje? Hari aho twigeze turya ivy’umwami ngo tumuhomvye, canke hari ingabirano twazaniwe?”
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
11 Nayo Umwami Dawidi, atuma kuri Zadoki+ na Abiyatari+ abaherezi, ati: “Mubwire abagabo b’inararibonye ba Yuda+ muti: ‘Kubera iki mwoba aba nyuma mu kugarukana umwami ku nzu yiwe, kandi ijambo rya Isirayeli yose ryashikiriye umwami aho aba?
42 Abagabo ba Yuda bose baca bishura abagabo ba Isirayeli bati: “Ni kubera yuko umwami ari incuti yacu ya hafi+; kubera iki none ico kintu cabashavuje? Hari aho twigeze turya ivy’umwami ngo tumuhomvye, canke hari ingabirano twazaniwe?”