1 Samweli 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko umuhungu umwe wa Ahimeleki mwene Ahitubu, uwitwa Abiyatari+, anyaga amagara, arahunga kugira ngo akurikire Dawidi. 1 Samweli 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku bw’ivyo Dawidi abwira Abiyatari+ umuherezi, mwene Ahimeleki ati: “Ndakwinginze wegeze efodi+ hafi yanje.” Abiyatari yegeza rero efodi hafi ya Dawidi. 2 Samweli 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi ehe na Zadoki+ ni ho yari, ari kumwe n’Abalewi+ bose bareruye+ isandugu+ y’isezerano ry’Imana y’ukuri; nuko bashira nya sandugu y’Imana y’ukuri hasi iruhande ya Abiyatari+, gushika abantu bose bari bavuye mu gisagara barangije kujabuka. 1 Ngoma 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Vyongeye, Dawidi ahamagara Zadoki+ na Abiyatari+ abaherezi, n’Abalewi Uriyeli+ na Asaya+ na Yoweli+ na Shemaya+ na Eliyeli+ na Aminadabu,
20 Ariko umuhungu umwe wa Ahimeleki mwene Ahitubu, uwitwa Abiyatari+, anyaga amagara, arahunga kugira ngo akurikire Dawidi.
7 Ku bw’ivyo Dawidi abwira Abiyatari+ umuherezi, mwene Ahimeleki ati: “Ndakwinginze wegeze efodi+ hafi yanje.” Abiyatari yegeza rero efodi hafi ya Dawidi.
24 Kandi ehe na Zadoki+ ni ho yari, ari kumwe n’Abalewi+ bose bareruye+ isandugu+ y’isezerano ry’Imana y’ukuri; nuko bashira nya sandugu y’Imana y’ukuri hasi iruhande ya Abiyatari+, gushika abantu bose bari bavuye mu gisagara barangije kujabuka.
11 Vyongeye, Dawidi ahamagara Zadoki+ na Abiyatari+ abaherezi, n’Abalewi Uriyeli+ na Asaya+ na Yoweli+ na Shemaya+ na Eliyeli+ na Aminadabu,