ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 8:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Aroni n’abahungu biwe nzobaha Abalewi nk’abatanzwe bakuwe muri bene Isirayeli+, kugira bakore igikorwa ca bene Isirayeli mw’ihema ry’ihuriro+ no kugira batangire impongano bene Isirayeli, ngo ntihagire icago kiba muri bene Isirayeli+ bitumwe n’uko begereye ahantu heranda.”

  • 1 Ngoma 23:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kandi bitwararika ivyo kurinda+ ihema ry’ihuriro no kurinda ahantu heranda+ no kurinda abahungu ba Aroni bene wabo, ku bw’igikorwa c’inzu ya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika