2 Samweli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Zadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki+ mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga. 2 Samweli 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Sheva+ yari umunyamabanga+, Zadoki+ na Abiyatari+ na bo bakaba abaherezi. 1 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya. 1 Abami 2:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umwami aca ashira Benaya+ mwene Yehoyada mu kibanza ciwe ngo abe umukuru w’ingabo+; Zadoki umuherezi na we, umwami amushira mu kibanza ca Abiyatari+. 1 Abami 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aba ni bo baganwa+ yari afise: Azariya mwene Zadoki+, umuherezi; 1 Ngoma 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ahitubu na we avyara Zadoki+; Zadoki na we avyara Ahimayazi+.
17 Zadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki+ mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga.
8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya.
35 Umwami aca ashira Benaya+ mwene Yehoyada mu kibanza ciwe ngo abe umukuru w’ingabo+; Zadoki umuherezi na we, umwami amushira mu kibanza ca Abiyatari+.