ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Vyongeye, biciye ku ruvyaro Yehova azoguha kuri uyu mugore akiri muto+, inzu yawe nicike nk’inzu ya Perezi, umwe Tamari yavyarira Yuda+.”

  • Rusi 4:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Obedi avyara Yese+; Yese avyara Dawidi+.

  • 2 Samweli 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze abagabo ba Yuda+ baraza, barobanuza amavuta+ Dawidi ng’aho ngo abe umwami w’inzu ya Yuda+.

      Nuko abantu baza kumenyesha Dawidi bati: “Abagabo b’i Yabeshi-gileyadi ni bo bahamvye Sauli.”

  • Zaburi 78:68
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 68 Mugabo atora umuryango wa Yuda+,

      Umusozi Siyoni, uwo yakunze+.

  • Matayo 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Yuda avyara Perezi+ na Zera kuri Tamari;

      Perezi avyara Hezironi+;

      Hezironi avyara Ramu+;

  • Matayo 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Yese avyara Dawidi+ umwami+.

       Dawidi avyara Salomo+ ku mugore wa Uriya;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika