2 Samweli 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imisi yawe niyakwira+, maze ukabwirizwa kuryama hamwe na ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa rero uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, uruzova imbere muri wewe; kandi nzoshimangira koko ubwami bwiwe+. 1 Ngoma 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ozemu uwugira gatandatu, Dawidi+ uwugira indwi. Matayo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yese avyara Dawidi+ umwami+. Dawidi avyara Salomo+ ku mugore wa Uriya; Luka 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Eliyakimu mwene Meleya,Meleya mwene Mena,Mena mwene Matata,Matata mwene Natani+,Natani mwene Dawidi+, Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Amasezerano agenga ikoreshwa Ibijanye no kugumya ibanga Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga JW.ORG Injira Rungika Rungika kuri Email
12 Imisi yawe niyakwira+, maze ukabwirizwa kuryama hamwe na ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa rero uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, uruzova imbere muri wewe; kandi nzoshimangira koko ubwami bwiwe+.
6 Yese avyara Dawidi+ umwami+. Dawidi avyara Salomo+ ku mugore wa Uriya; Luka 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Eliyakimu mwene Meleya,Meleya mwene Mena,Mena mwene Matata,Matata mwene Natani+,Natani mwene Dawidi+,
31 Eliyakimu mwene Meleya,Meleya mwene Mena,Mena mwene Matata,Matata mwene Natani+,Natani mwene Dawidi+,