1 Samweli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+. 1 Ngoma 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Aba yabavyariwe i Yeruzalemu+: Shimeya+ na Shobabu+ na Natani+ na Salomo+: bane kuri Bati-sheba+ umukobwa wa Amiyeli+, Matayo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yese avyara Dawidi+ umwami+. Dawidi avyara Salomo+ ku mugore wa Uriya;
13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+.
5 Aba yabavyariwe i Yeruzalemu+: Shimeya+ na Shobabu+ na Natani+ na Salomo+: bane kuri Bati-sheba+ umukobwa wa Amiyeli+,