ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ubu rero ubwami bwawe ntibuzoramba+. Emwe, Yehova azokwironderera umuntu ahimbara umutima wiwe+; kandi Yehova azomushinga ibanga ryo kuba indongozi+ y’abantu biwe, kuko utagumije ico Yehova yagutegetse+.”

  • 1 Samweli 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Amaherezo Yehova abwira Samweli ati: “Uzogandarira Sauli+ gushika ryari kandi jewe namwanse ngo ntaganze Isirayeli+? Niwuzuze ihembe ryawe amavuta+ hanyuma ugende. Ngira ngutume kuri Yese+ Umunyabetelehemu, kuko nironkeye umwami mu bahungu biwe+.”

  • Zaburi 89:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nabonye Dawidi umusavyi wanje+;

      Namurobanuje amavuta yanje meranda+,

  • Ivyakozwe 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Imaze kumukura+, ibahagurukiriza Dawidi ngo abe umwami+, uwo yashingiye intahe ikavuga iti: ‘Nabonye Dawidi mwene Yese+, umuntu ahimbara umutima wanje+, uwuzokora ivyo nipfuza vyose+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika