ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 kugira ngo umutima wiwe ntiwishire hejuru ya bene wabo+ kandi ntakevye ngo ave kw’ibwirizwa ngo akebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ashobore kurambira* ku bwami bwiwe+, we hamwe n’abahungu biwe hagati ya Isirayeli.

  • 1 Samweli 15:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika