ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.

  • 2 Samweli 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ejo be n’imbere yaho+, igihe Sauli yari umwami atuganza, ni wewe wasohokana Isirayeli ku rugamba ukongera ukayigarukana+. Maze Yehova akubwira ati: ‘Ni wewe uzoragira+ igisata canje Isirayeli, kandi ni wewe uzoba indongozi+ ya Isirayeli.’”

  • 2 Samweli 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.

  • 1 Ngoma 28:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Yehova Imana ya Isirayeli yarantoye rero mu nzu yose ya dawe+ ngo mbe umwami+ wa Isirayeli gushika igihe kitagira urugero; kuko Yuda ari we yatoye ngo abe indongozi+, kandi mu nzu ya Yuda agatora inzu ya dawe+, kandi mu bahungu ba dawe+ akaba ari jewe yashimye+ ngo angire umwami wa Isirayeli yose;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika