1 Samweli 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaherezo Samweli abwira Yese ati: “Aba ni bo bahungu bose?” Na we avuga ati: “Haracasigaye umuhererezi+, kandi ehe aragiye intama+.” Samweli aca abwira Yese ati: “Tuma baje kumurondera, kuko tutari bwicare ngo turye ataraza hano.” 1 Ngoma 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli. Zaburi 78:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 Nuko atora Dawidi umusavyi wiwe+,Amukura mu ngo z’imikuku+.
11 Amaherezo Samweli abwira Yese ati: “Aba ni bo bahungu bose?” Na we avuga ati: “Haracasigaye umuhererezi+, kandi ehe aragiye intama+.” Samweli aca abwira Yese ati: “Tuma baje kumurondera, kuko tutari bwicare ngo turye ataraza hano.”
7 “Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.